Burundi Friends Church
  • Kaze
  • Ibikorwa
  • Amakuru
  • Amasango
  • Ivyacu
    • Ivyacu & Abatuyobora
    • Kahise kacu
    • Ikurikirana ry'Amanama
    • Itunganywa ry'Ishengero
    • Aho Duherereye
  • Twandikire
  • Log in
    • Login
    • Register
  • 0

    Your cart is empty.

  • Kirundi (Burundi)
    • English
    • Français
    • Kirundi (Burundi)

Indongozi zahuye n'Incabwenge zo mw'Ishengero

Kw'igenekerezo rya 8 ruheshi 2023, harabaye ihuriro mu gisagara ca Bujumbura ry'incambwenge zo mw'Ishengero ry'Abagenzi. Iryo huriro ryari riremeshejwe n'uwuserukira imbere y'Amatageko Ishengero ry'Abagenzi, Rév. Louis Pasteur NIZIGIYIMANA. 
img-9698.jpg

Uwo mwanya w'ikiyago witabiriwe n'abantu bashika 100 bikaba vyari ibihe vyiza vyo gusubira guhura kuri aba n'abariya. Ibiyago bikaba vyari bishimikiye hanini ku ruhara/ n'ikibanza c'incabwenge mw'iterambere ry'ishengero.

Intererano z'ivyiyumviro kuvyo korwa zaratanzwe ndetse n'abitavye basavye ko amahiriro nkayo yoza arategurwa kenshi.
img-9740_4.jpg
21 Jun 2023
Leadership Support
  • Facebook
  • Twitter
Share

‌Ishengero ry'Abagenzi mu Burundi.
‌Umuryango w'Abakristo uhayagiza Imana mu bumwe no mu bikorwa vy'Iterambere. 
  • Ibikorwa
  • Amakuru
  • Amasango
  • Ivyacu
  • Twandikire

‌Aderesi: Avenue de l'Industrie, N° 20
‌Terefone: +257 22 21 62 55‌
‌Imeri: support@burundifriendschurch.org
‌P. Box: 1198, Bujumbura Burundi
Iyandikishe ku Kinyamakuru
Thank You! Your message successfully sent!
Imbuga zacu

Copyright © Burundi Evangelical Friends Church. All Rights Reserved.

Designed by Young Israel Izere

person
exit_to_app

or

Back to Login