Burundi Friends Church
  • Kaze
  • Ibikorwa
  • Amakuru
  • Amasango
  • Ivyacu
    • Ivyacu & Abatuyobora
    • Kahise kacu
    • Ikurikirana ry'Amanama
    • Itunganywa ry'Ishengero
    • Aho Duherereye
  • Twandikire
  • Log in
    • Login
    • Register
  • 0

    Your cart is empty.

  • Kirundi (Burundi)
    • English
    • Français
    • Kirundi (Burundi)

IPDCDP: Umugambi wo Gushigikira Abagendana Ubumuga mu Bikorwa vy'Iterambere ry'Ishengero

IPDCDP n'umugambi w'Ishengero ry'Abagenzi mu Burundi wagenewe gufasha be no gushigikira abagendana ubumuga mu bikorwa vy'Iterambere vy'Ishengero. Uyu mugambi ushigikiwe n'ishirahamwe "Disabilities Network" (EDAN) ryishinze gushigikira abagendana ubumuga mu bikorwa vy'Iterambere rusangi.

Kanda hano (Video) umenye vyinshi kuvyerekeye uyu mugambi:
IPDCDP - Umugambi wagenewe gushigikira abagendana ubumuga: https://www.youtube.com/watch?v=Zm8_3hyLq_I&ab_channel=EgliseEvangeliqueDesAmis
27 Mar 2023
Community Service Latest
  • Facebook
  • Twitter
Share

‌Ishengero ry'Abagenzi mu Burundi.
‌Umuryango w'Abakristo uhayagiza Imana mu bumwe no mu bikorwa vy'Iterambere. 
  • Ibikorwa
  • Amakuru
  • Amasango
  • Ivyacu
  • Twandikire

‌Aderesi: Avenue de l'Industrie, N° 20
‌Terefone: +257 22 21 62 55‌
‌Imeri: support@burundifriendschurch.org
‌P. Box: 1198, Bujumbura Burundi
Iyandikishe ku Kinyamakuru
Thank You! Your message successfully sent!
Imbuga zacu

Copyright © Burundi Evangelical Friends Church. All Rights Reserved.

Designed by Young Israel Izere

person
exit_to_app

or

Back to Login